Ivyerekeye ishirahamwe
Umugwi
Abantu bafasha gutunganya ibikorwa vya Citizen Science Africa mu Burundi. Abagize komite nshingwabikorwa (comité exécutif) n’abagize inama y’ubugenzuzi (conseil de surveillance) batowe kw’igenekerezo rya 18 Gitugutu 2026.
Komite nshingwabikorwa

Citizen Heaven Benimana
Umukuru w’ishirahamwe
Guhuza ibikorwa no kumenyesha amakuru

Gianni Genderukuri
Icegera c’umukuru w’ishirahamwe
Ibibazo vy’amategeko, kurondera imfashanyo n’amajambere

Patrick Ndururutse
Umunyamabanga nshingwabikorwa
Impanuro mu vy’amategeko

Francine Nahimana
Umubitsi
Kubungabunga ibikoresho vy’ubuhinga bwa none (informatique), amarezo n’umutekano wavyo

Ange Shalome Mugisha
Ajejwe imigambi no kumenyesha amakuru
Kwerekana ivyavuye hakoreshejwe ibicapo n’amasanamu
Inama y’ubugenzuzi

Lamna Kethia Inamahoro
Uwugize inama y’ubugenzuzi
Gufasha mu vy’ubuhinga bwa none (informatique) no gucungera amakuru

Johnson Barutwanayo
Uwugize inama y’ubugenzuzi
Ibibazo vy’ibidukikije
Umugwi

Moïse Ndayiragije
Gucungera imbuga ngurukanabumenyi

Franck Niyonkuru
Gukabura abantu ku vy’ibidukikije no ku binyabuzima vy’ubwoko bwinshi

Thierry Nizigiyimana
Guhuza ishirahamwe na Kaminuza y’Uburundi n’imigwi y’abanyeshure

Ketia Akimana
Gukabura abanyagihugu

Landry Iteriteka
Ibiharuro vy’amahera n’ugucungera ibikorwa